Ibindi biganiro

Aha urahasanga ibiganiro bitari bike, vyinshi muri vyo bikaba ari ivyabonetse ku rupapuro rw’intango rwa jw.org. Nukoreshe ibi biganiro n’aya mavidewo kugira urushirize kwizera impanuro nziza ziri muri Bibiliya.

NUGUME URI MASO!

Intambara zizovaho ryari? Bibiliya ibivugako iki?

Vuba intambara zizovaho. Bibiliya irasigura ingene bizogenda.

Nurwanye irungu mu gufasha abandi: Ico Bibiliya ibivugako

Gufasha abandi vyotuma irungu ufise rigabanuka. Nurabe ibintu bibiri wokora.

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO

Yezu azokuraho ubukozi bw’ikibi

Twokwerekana gute ko dukenguruka ibintu vyose Yezu amaze kudukorera be n’ivyo azodukorera?

Yezu azokuraho ubukene

Twokwerekana gute ko dukenguruka ibintu vyose Yezu yakoze be n’ivyo azodukorera?

Yezu azokuraho intambara

Twokwerekana gute none ko dukenguruka ibintu vyose Yezu yakoze hamwe n’ivyo yimirije gukora?

NUGUME URI MASO!

Amahera amamiliyaridi ibihumbi arakoreshwa mu ntambara: None vy’ukuri hasohoka ayangana gute?

Numenye igituma ubutunzi bwo kw’isi butazoba bugikoreshwa mu bijanye n’intambara n’ingene ingaruka ziterwa n’intambara zizovaho.

Nurwanye irungu mu kurondera abagenzi: Ukuntu Bibiliya yogufasha

Nurabe impanuro zibiri zo muri Bibiliya zogufasha gutsinda irungu.

Niwirinde amakuru y’ikinyoma

Amakuru y’uruhendo, amaraporo atari ay’ukuri hamwe n’amakuru y’ibihuha bireze kandi birashobora kukugirira nabi.

NUGUME URI MASO!

Abantu ntibacizigira abanyapolitike: Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya itubwira ko dukwiye kwiyubara mu guhitamwo abo twokwizigira, kandi ikatwereka ukuntu tuzogira kazoza keza.

NUGUME URI MASO!

Hoba hagiye kuba intambara y’isi yose? Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya yari yaravuze ko hobaye intambara nyinshi muri iki gihe yongera iravuga ukuntu zose zizokurwaho.

Abantu benshi barushiriza kwumva bafise irungu: Bibiliya ibivugako iki?

Nurabe ingene abafise irungu bashobora kugira umunezero.

NUGUME URI MASO!

Ingene tworonka icizigiro mu 2024: Bibiliya ibivugako iki?

Icizigiro Bibiliya itanga kirashobora kugufasha kubaho neza muri iki gihe kandi ukitega kazoza keza.

Ukuntu Imana yitaho abaragi

Abaragi bo hirya no hino kw’isi bariko barungukira ku nyigisho Imana itanga. Nurabe ingene biriko biragenda.

NUGUME URI MASO!

Umwaka wa 2023 waranzwe n’ingorane: Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya irerekana igituma ivyo vyago vyashitse mu 2023.

Abantu benshi hirya no hino kw’isi barafise irungu: Ni igiki cobafasha?

Raba ivyanditswe bibiri bishobora kugufasha kubona ingene wovyifatamwo igihe ufise irungu.

Ingene Bibiliya yofasha abagabo bafise amaganya

Ibintu bidutera amaganya bizorushiriza kwongerekana muri ibi bihe bigoye turimwo. Nimba ufise amaganya, ni gute Bibiliya ishobora kugufasha?

Akarenganyo koba kazokwigera kavaho kw’isi?

Bibiliya irerekana ko ubutungane nyakuri buva ku Mana kandi ko ibona yuko abantu bose bangana.

NUGUME URI MASO!

Kubera iki abantu basigaye bankana cane? Bibiliya ibivugako iki?

Nurabe icerekana ko kuba abantu basigaye bankana kw’isi bifise insobanuro ikomeye be n’ico Imana izokora.

NUGUME URI MASO!

Ni kubera iki abantu badashobora kubana mu mahoro? Bibiliya ibivugako iki?

Nurabe imvo zitatu zituma abantu badashobora guhagarika intambara.

Ingene Huldrych Zwingli yarondeye ukuri kwo muri Bibiliya

Mu kinjana ca 16, Zwingli yarubuye ukuri kwinshi kwo muri Bibiliya yongera arafasha n’abandi kubigenza gutyo. Ni ibiki twigira ku buzima bwiwe no ku vyo yemera?

Bibiliya ivuga iki ku kibazo c’ikena ry’amazi kw’isi yose?

Ubwami bw’Imana buzokora ivyo intwaro z’abantu zananiwe gukora, ni ukuvuga gukuraho ingorane zituma amazi abura.

NUGUME URI MASO!

Ni nde azokiza abanyagihugu? Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya yari yaravuze ko Imana ‘izohagarika intambara kw’isi yose.’ Izobigira gute?

NUGUME URI MASO!

Harumagedoni yoba izotangurira muri Isirayeli? Bibiliya ibivugako iki?

Ivyo igitabu c’Ivyahishuwe kivuga ku vyerekeye Harumagedoni biratanga inyishu.

Vyoba bigikenewe ko tumenya ukuri?

Bibiliya irashobora kugufasha kumenya ukuri muri iyi si irangwamwo ikinyoma.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’ingorane z’ubutunzi?

Woba uzi ko Bibiliya ivuga ibijanye n’intwaro izotorera umuti ubukene hamwe n’ubusumbasumbane bw’ubutunzi?

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’abanyapolitike bononekaye?

Raba ingene Ubwami bw’Imana buzoturonsa Umutware w’umwizigirwa, w’imvugakuri kandi azira igiturire.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’ingorane ziri mu bidukikije

Raba ukuntu Ubwami bw’Imana buzotorera umuti ingorane ziri mu bidukikije.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye no kwitwararika amagara?

Nurabe ukuntu Ubwami bw’Imana buzotuma tugira amagara meza.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’intambara?

Raba ingene Ubwami bw’Imana buzotuma tubaho mu mahoro n’umutekano nyakuri.

Bibiliya ivuka iki ku bijanye n’ubukene bw’ibifungurwa buhari muri iki gihe?

Imana si yo iduteza amapfa, ariko yari yaratuburiye ku bijanye na yo.

Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kutarya canke kudakoresha ikintu na kimwe kiva mu gikoko?

Nurabe nimba kutarya canke kudakoresha ikintu na kimwe kiva mu gikoko ari uburyo bwiza bwo gutorera umuti ingorane ziri kw’isi.

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye imyuzurira yonona ibintu?

Nurabe ico imyuzurira itari bwigere ibaho iriko iraba hirya ni hino kw’isi yerekana ku vyerekeye igihe tubayemwo.

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ukuntu intambara be n’ihindagurika ry’ikirere biriko birateza inzara kw’isi?

Uretse ko Bibiliya itanga impanuro ngirakamaro, iraduha kandi icizigiro c’uko ibintu bizogenda neza.

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bushuhe bukaze bwo mu ci ryo mu 2023

Bibiliya ihishura ko Imana itazokwemera ko isi ihona.

Ingene Bibiliya yodufasha kwubahiriza abandi

Ibi vyanditswe birerekana ukuntu Bibiliya ihimiriza abantu kubana mu mahoro no kwubahana.

NUGUME URI MASO!

Umuyobozi mukuru mu rwego rwitaho amagara y’abantu aragabisha ko imbuga hwaniro zishobora kugira ingaruka mbi ku bakiri bato: Bibiliya ibivugako iki?

Raba ivyiyumviro bitatu vyo muri Bibiliya bishobora gufasha abavyeyi gukingira abana babo.

NUGUME URI MASO!

Amahera akoreshwa mu gisirikare ararenga imiliyaridi 2.000 z’amadolari: Bibiliya ibivugako iki?

Ubuhanuzi bwo muri Bibiliya bwari bwaravuze ko intwaro nganzasi zizosunikana zirondera gutwara isi, ivyo bikaba vyotumye zisohora ubutunzi bwinshi.

NUGUME URI MASO!

Ubuhinga bwa none bwigana ubwenge bw’umuntu bwoba buzofasha abantu canke buzobateza ingorane? Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya iravuga igituma abantu badashobora kwemeza ijana kw’ijana ko iterambere ry’ivy’ubuhinga bwa none rizokwama rikoreshwa neza.

NUGUME URI MASO!

Umwaka uraheze intambara yo muri Ukraine itanguye: Ni icizigiro ikihe Bibiliya itanga?

Raba icizigiro Bibiliya itanga ku bijanye n’ingene intambara zigiye kuvaho.

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ingene indwara zo mu mutwe zirushiriza kwongerekana ku bakiri bato?

Bibiliya iratanga impanuro zofasha abakiri bato kwihanganira imikazo ibashikira.

NUGUME URI MASO!

Ibinyamugigima bikomeye vyarateye muri Tirkiya no muri Siriya​—Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya iratanga indemesho n’icizigiro ku bashikiwe na vya nyamugigima bikomeye vyateye muri Tirkiya no muri Siriya.

NUGUME URI MASO!

Abanyasiyansi barigije imbere urushinge rw’isaha y’ikigereranyo y’umuhero​—Bibiliya ibivugako iki?

Naho Bibiliya ivuga ibijanye n’umuhero, iratanga n’imvo zituma tuguma tubona ibintu mu buryo bwiza.

NUGUME URI MASO!

Ukuntu Ivyabona vya Yehova babona ibijanye na rya honyabwoko ryagirirwa Abayahudi​—Bibiliya ibivugako iki?

Abantu benshi baratinya ko hosubira kuba ihonyabwoko nk’iryo.

GUMA URI MASO!

Vyoba bishoboka ko abantu bo mu moko yose bangana? Bibiliya ibivugako iki?

Abantu amamiliyoni bariko bariga muri Bibiliya ukuntu bofatana abandi icubahiro n’iteka.

NUGUME URI MASO!

Kubera iki ivya politike bituma abantu badahuza? Bibiliya ibivugako iki?

Hirya no hino kw’isi, abantu ntibahuza kubera ivya politike. Bibiliya iravuga ukuntu bizotorerwa umuti: Ivuga ko hari umutegetsi ashoboye gutuma abantu bose bunga ubumwe.

NUGUME URI MASO!

Imvo zotuma tugira icizigiro mu 2023​—Bibiliya ibivugako iki?

Igihe umwaka utanguye, abantu benshi baba biteze ko ibintu bizogenda neza. Inkuru nziza iri muri Bibiliya irashobora gutuma umuntu arushiriza kubona ko ibintu bizogenda neza.

NUGUME URI MASO!

Umwaka wa 2022 waranzwe n’ingorane zitesha umutwe​—Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya yonyene ni yo isigura neza igituma ibintu nk’ivyo biriko birashika.

NUGUME URI MASO!

Inkino z’igikombe c’isi yose zoba vy’ukuri zishobora gutuma abantu bunga ubumwe?​—Bibiliya ibivugako iki?

Vyaragaragaye ko igikombe c’isi yose atari gusa ibijanye n’umupira w’amaguru, harimwo n’ibindi.

NUGUME URI MASO!

Ibihugu vyoba vyoja hamwe kugira birwanye ihindagurika ry’ikirere?​—Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya yari yaravuze itihenda ikintu nyamukuru gituma ibintu bitagenda neza.

Icohumuriza abagandaye

Iyo tubuze uwacu, twoshobora kwibaza ko ata muntu n’umwe atahura ukuntu twiyumva. Ariko Imana iradutahura, kandi irashoboye kudufasha.

NUGUME URI MASO!

Ni umutegetsi uwuhe uzotora? Bibiliya ibivugako iki?

Mbere n’umutegetsi agerageza gutwara neza kuruta abandi arafise aho agarukiriza, ariko hari Umutegetsi tuzi neza ko abishoboye.

NUGUME URI MASO!

Kuba abanyepolitike bavuga ko Harumagedoni iri hafi, Bibiliya ibivugako iki?

Ibirwanisho ruhonyanganda vyoba bizotuma Harumagedoni iza?

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’uruzuba rukaze?

Iyo ngorane ihanze isi yose yoba izotorerwa umuti? Hoba hari icizigiro ca kazoza?

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ukuntu abakirisu bakwiye kubona intambara?

Abakirisu bagira uruhara mu ntambara boba bariko barakurikiza ivyo Yezu yigishije?

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ingene hirya no hino kw’isi hari ubushuhe bwinshi?

Hoba hazogera igihe kuba kw’isi bidashoboka?

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ibitero vy’abitwaje ibirwanisho biriko biba kw’isi?

Hoba hari icizigiro ko ubukozi bw’ikibi nk’ubwo buzohera?

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ingene isi iriko irononekara?

Umurongo umwe wo mu Bibiliya uratubwira ibintu bitatu ku bijanye n’ukwononekara kw’ibidukikije kubangamiye umubumbe wacu.

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ingene ibiciro biguma biduga kw’isi yose?

Kubera iki hari ingorane z’ivy’ubutunzi? Bibiliya yodufasha gute?

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ubwicanyi bubera kw’ishure?

Kubera iki hari mwene ayo mabi? Ubukozi bw’ikibi bwoba buzoteba bugahera?

NUGUME URI MASO!

Intambara yo muri Ukraine yateje amapfa kw’isi

Bibiliya yari yaravuze ko hoteye amapfa kw’isi yose, ariko kandi iratanga icizigiro hamwe n’impanuro ngirakamaro zitwereka ingene twovyifatamwo ubu.

NUGUME URI MASO!

Abantu imiliyoni 6 barapfuye kubera Korona: Bibiliya ibivugako iki?

Bibiliya yari yaravuze ko hobaye ibiza bikomakomeye, iratubwira ingene twovyifatamwo ikongera ikatubwira ingene Imana izobitorera umuti urama.

Intwaro zirangwa n’igiturire zoba zizokwigera zivaho?

Raba imvo zitatu zotuma twizigira ko hari intwaro imwe rudende itazokwigera irangwamwo igiturire.

NUGUME URI MASO!

Bibiliya ivuga iki ku bijanye no gusenga ibishushanyo?

Imana ibona gute ibijanye no gukoresha ibishushanyo canke ibigirwamana mu gusenga?

NUGUME URI MASO!

Idini n’intambara muri Ukraine: Bibiliya ibivugako iki?

Abakuru b’idini bo muri Ukraine n’abo mu Burusiya bariko baragira uruhara muri iyo ntambara mu buryo butandukanye cane n’ivyo Yezu yigishije abigishwa biwe.

NUGUME URI MASO!

Impunzi amamiliyoni zarahunze Ukraine

Bibiliya iravuga imvo nyamukuru ziriko ziratuma abo bantu bahunga hamwe n’umuti urama w’izo ngorane.

Uburusiya bwarateye Ukraine

Nimba ari ukwo, Bibiliya yoba yerekana ingene ivyo vyose bizorangira?

Ubuzima bwoba buzosubira kumera nk’uko bwahora? Ingene Bibiliya yodufasha kubaho mw’isi yahindutse kubera ikiza

Impanuro zitandatu zo muri Bibiliya zishobora kudufasha kutitega ibirenze no kwihanganira ibidushikira.

Bibiliya yoba yogufasha guhangana n’ihinduka rikomeye ry’ikirere?

Impanuro Bibiliya itanga zirashobora kugufasha imbere y’uko ivyago bitangura, igihe biriko biraba n’inyuma y’aho.

Iterabwoba ryoba rizokwigera rihera?

Mu kurindira ko ubwoba n’ubugizi bwa nabi bivaho, hari ibintu bibiri Bibiliya ivuga ko vyoshobora gufasha abantu kwihangana igihe batewe na ba gaterabwoba.

Isi yoba yimirije gukurwaho? Bibiliya yoba ivuga ko isi izovaho buhere?

Naho Bibiliya ivuga ko umubumbe w’isi uzokwamaho ibihe bidahera, hariho isi izokurwaho.

Igihe uwawe apfuye

Raba ibintu ngirakamaro wokora kugira ngo wihanganire umubabaro uva ku kubura uwawe.

Ingene wokwirinda kwiganyira

Ni impanuro ngirakamaro izihe be n’ivyanditswe vyo muri Bibiliya bishobora kugufasha kutiganyira birenze?

Idini bwoba ari ubundi buryo bwo kurondera amahera?

Mu masengero amwamwe, benshi mu bahasengera ni abakene ariko abavugabutumwa usanga batunze cane.

Ni nde azotuma isi isubira kumera neza?

Abahinga bamwebamwe mu bijanye n’ibidukikije bavuga ko abantu bariko barakora ibintu bibangamira ibidukikije bishobora gutuma mbere bimwebimwe bihona.

Ivyo wokora hadutse indwara ziterwa n’imigera

Igihe indwara yandukira igize ico igukozeko, wovyifatamwo gute ku mubiri mu nyiyumvo no mu vy’impwemu?

Ingene wovyifatamwo igihe wumva urengewe n’iki kiza

Tutabaye maso turashobora gusanga tutagikurikiza amabwirizwa yo kwikingira korona.

Haboneka Bibiliya y’isi nshasha yasubiwemwo mu Gisupanyoli

Abahinduzi bashoboye gute gusohora Bibiliya isomwa n’abantu bo hirya no hino kw’isi kandi ijambo rimwe muri urwo rurimi rishobora kugira insobanuro nyinshi?

Ingene wokwihanganira indwara ikomeye

Ni impanuro izihe Bibiliya itanga zogufasha igihe ufashwe n’indwara ikomeye?

Ingene wobeshwaho na bike

Igihe bishitse ivyo wahora ukora kugira uronke ikikubeshaho bigahagarara, urata umutwe. Naho biri ukwo, Bibiliya irimwo ivyiyumviro vyogufasha kubeshwaho na bike.

Ingene wokwigerera mu kunywa

Ibintu bitanu vyogufasha kwigerera mu kunywa naho woba uri mu bihe bitesha umutwe.

Icandikano ca kera cemeza ko izina ry’Imana rikwiye gukoreshwa

Raba ibintu vyemeza ko izina ry’Imana rikwiye kuboneka mw’“Isezerano rishasha.”

Urutonde rwo gusoma Bibiliya

Waba ushaka gusoma Bibiliya buri musi, canke ukaba ushaka ko woba wahejeje kuyisoma mu mwaka umwe canke ukaba ari ho ugitangura kuyisoma, uru rutonde rurashobora kubigufashamwo.

Ubuzima bwabayeho gute?

Mu bisanzwe abantu benshi bize, harimwo n’abahinga batari bake, ntibemera inyigisho y’ihindagurika.

Ingene wotora aho icanditswe kinaka giherereye muri Bibiliya

Ibitabu 66 bigize Bibiliya bitondetswe hisunzwe ukuntu bitondekwa muri Bibiliya nka zose. Hatangura izina ry’igitabu hanyuma ikigabane hanyuma umurongo.

Barahaye agaciro Bibiliya

William Tyndale na Michel Servet ni babiri gusa mu bantu benshi bihevye baremera no kuvugwa nabi kugira bakingire ukuri kwo muri Bibiliya, naho barwanijwe bagahakwa no kwicwa.

Barahaye agaciro Bibiliya​—Agace ka videwo (William Tyndale)

Igikorwa yakoze kirerekana ko yakunda Bibiliya. Ivyo yakoze turacavyungukirako.

IVYO KU NTANGO

Nurwanye irungu mu gufasha abandi: Ico Bibiliya ibivugako

Gufasha abandi vyotuma irungu ufise rigabanuka. Nurabe ibintu bibiri wokora.

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO

Yezu azokuraho ubukozi bw’ikibi

Twokwerekana gute ko dukenguruka ibintu vyose Yezu amaze kudukorera be n’ivyo azodukorera?

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO

Yezu azokuraho ubukene

Twokwerekana gute ko dukenguruka ibintu vyose Yezu yakoze be n’ivyo azodukorera?

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO

Yezu azokuraho intambara

Twokwerekana gute none ko dukenguruka ibintu vyose Yezu yakoze hamwe n’ivyo yimirije gukora?

Nurwanye irungu mu kurondera abagenzi: Ukuntu Bibiliya yogufasha

Nurabe impanuro zibiri zo muri Bibiliya zogufasha gutsinda irungu.

Niwirinde amakuru y’ikinyoma

Amakuru y’uruhendo, amaraporo atari ay’ukuri hamwe n’amakuru y’ibihuha bireze kandi birashobora kukugirira nabi.

Abantu benshi barushiriza kwumva bafise irungu: Bibiliya ibivugako iki?

Nurabe ingene abafise irungu bashobora kugira umunezero.

Ukuntu Imana yitaho abaragi

Abaragi bo hirya no hino kw’isi bariko barungukira ku nyigisho Imana itanga. Nurabe ingene biriko biragenda.

Abantu benshi hirya no hino kw’isi barafise irungu: Ni igiki cobafasha?

Raba ivyanditswe bibiri bishobora kugufasha kubona ingene wovyifatamwo igihe ufise irungu.

Akarenganyo koba kazokwigera kavaho kw’isi?

Bibiliya irerekana ko ubutungane nyakuri buva ku Mana kandi ko ibona yuko abantu bose bangana.

Vyoba bigikenewe ko tumenya ukuri?

Bibiliya irashobora kugufasha kumenya ukuri muri iyi si irangwamwo ikinyoma.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’ingorane z’ubutunzi?

Woba uzi ko Bibiliya ivuga ibijanye n’intwaro izotorera umuti ubukene hamwe n’ubusumbasumbane bw’ubutunzi?

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’abanyapolitike bononekaye?

Raba ingene Ubwami bw’Imana buzoturonsa Umutware w’umwizigirwa, w’imvugakuri kandi azira igiturire.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’ingorane ziri mu bidukikije

Raba ukuntu Ubwami bw’Imana buzotorera umuti ingorane ziri mu bidukikije.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye no kwitwararika amagara?

Nurabe ukuntu Ubwami bw’Imana buzotuma tugira amagara meza.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’intambara?

Raba ingene Ubwami bw’Imana buzotuma tubaho mu mahoro n’umutekano nyakuri.

Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kutarya canke kudakoresha ikintu na kimwe kiva mu gikoko?

Nurabe nimba kutarya canke kudakoresha ikintu na kimwe kiva mu gikoko ari uburyo bwiza bwo gutorera umuti ingorane ziri kw’isi.

ISEKEZA RIDASANZWE

Ubwami bw’Imana buzokora iki ku bijanye n’intambara?

Raba ingene Ubwami bw’Imana buzotuma tubaho mu mahoro n’umutekano nyakuri.

Bibiliya ivuka iki ku bijanye n’ubukene bw’ibifungurwa buhari muri iki gihe?

Imana si yo iduteza amapfa, ariko yari yaratuburiye ku bijanye na yo.

Ingene Bibiliya yodufasha kwubahiriza abandi

Ibi vyanditswe birerekana ukuntu Bibiliya ihimiriza abantu kubana mu mahoro no kwubahana.

Intwaro zirangwa n’igiturire zoba zizokwigera zivaho?

Raba imvo zitatu zotuma twizigira ko hari intwaro imwe rudende itazokwigera irangwamwo igiturire.

Ubuzima bwoba buzosubira kumera nk’uko bwahora? Ingene Bibiliya yodufasha kubaho mw’isi yahindutse kubera ikiza

Impanuro zitandatu zo muri Bibiliya zishobora kudufasha kutitega ibirenze no kwihanganira ibidushikira.

Bibiliya yoba yogufasha guhangana n’ihinduka rikomeye ry’ikirere?

Impanuro Bibiliya itanga zirashobora kugufasha imbere y’uko ivyago bitangura, igihe biriko biraba n’inyuma y’aho.

Iterabwoba ryoba rizokwigera rihera?

Mu kurindira ko ubwoba n’ubugizi bwa nabi bivaho, hari ibintu bibiri Bibiliya ivuga ko vyoshobora gufasha abantu kwihangana igihe batewe na ba gaterabwoba.

Isi yoba yimirije gukurwaho? Bibiliya yoba ivuga ko isi izovaho buhere?

Naho Bibiliya ivuga ko umubumbe w’isi uzokwamaho ibihe bidahera, hariho isi izokurwaho.

Ingene wokwirinda kwiganyira

Ni impanuro ngirakamaro izihe be n’ivyanditswe vyo muri Bibiliya bishobora kugufasha kutiganyira birenze?

Idini bwoba ari ubundi buryo bwo kurondera amahera?

Mu masengero amwamwe, benshi mu bahasengera ni abakene ariko abavugabutumwa usanga batunze cane.

Ni nde azotuma isi isubira kumera neza?

Abahinga bamwebamwe mu bijanye n’ibidukikije bavuga ko abantu bariko barakora ibintu bibangamira ibidukikije bishobora gutuma mbere bimwebimwe bihona.

Ingene wovyifatamwo igihe wumva urengewe n’iki kiza

Tutabaye maso turashobora gusanga tutagikurikiza amabwirizwa yo kwikingira korona.

Ingene wokwihanganira indwara ikomeye

Ni impanuro izihe Bibiliya itanga zogufasha igihe ufashwe n’indwara ikomeye?

Ingene wobeshwaho na bike

Igihe bishitse ivyo wahora ukora kugira uronke ikikubeshaho bigahagarara, urata umutwe. Naho biri ukwo, Bibiliya irimwo ivyiyumviro vyogufasha kubeshwaho na bike.

Ingene wokwigerera mu kunywa

Ibintu bitanu vyogufasha kwigerera mu kunywa naho woba uri mu bihe bitesha umutwe.

IBINDI

Ingene Bibiliya yofasha abagabo bafise amaganya

Ibintu bidutera amaganya bizorushiriza kwongerekana muri ibi bihe bigoye turimwo. Nimba ufise amaganya, ni gute Bibiliya ishobora kugufasha?

Ingene Huldrych Zwingli yarondeye ukuri kwo muri Bibiliya

Mu kinjana ca 16, Zwingli yarubuye ukuri kwinshi kwo muri Bibiliya yongera arafasha n’abandi kubigenza gutyo. Ni ibiki twigira ku buzima bwiwe no ku vyo yemera?

Bibiliya ivuga iki ku kibazo c’ikena ry’amazi kw’isi yose?

Ubwami bw’Imana buzokora ivyo intwaro z’abantu zananiwe gukora, ni ukuvuga gukuraho ingorane zituma amazi abura.

Icohumuriza abagandaye

Iyo tubuze uwacu, twoshobora kwibaza ko ata muntu n’umwe atahura ukuntu twiyumva. Ariko Imana iradutahura, kandi irashoboye kudufasha.

Igihe uwawe apfuye

Raba ibintu ngirakamaro wokora kugira ngo wihanganire umubabaro uva ku kubura uwawe.

Ivyo wokora hadutse indwara ziterwa n’imigera

Igihe indwara yandukira igize ico igukozeko, wovyifatamwo gute ku mubiri mu nyiyumvo no mu vy’impwemu?

Haboneka Bibiliya y’isi nshasha yasubiwemwo mu Gisupanyoli

Abahinduzi bashoboye gute gusohora Bibiliya isomwa n’abantu bo hirya no hino kw’isi kandi ijambo rimwe muri urwo rurimi rishobora kugira insobanuro nyinshi?

Icandikano ca kera cemeza ko izina ry’Imana rikwiye gukoreshwa

Raba ibintu vyemeza ko izina ry’Imana rikwiye kuboneka mw’“Isezerano rishasha.”

Urutonde rwo gusoma Bibiliya

Waba ushaka gusoma Bibiliya buri musi, canke ukaba ushaka ko woba wahejeje kuyisoma mu mwaka umwe canke ukaba ari ho ugitangura kuyisoma, uru rutonde rurashobora kubigufashamwo.

Ubuzima bwabayeho gute?

Mu bisanzwe abantu benshi bize, harimwo n’abahinga batari bake, ntibemera inyigisho y’ihindagurika.

Ingene wotora aho icanditswe kinaka giherereye muri Bibiliya

Ibitabu 66 bigize Bibiliya bitondetswe hisunzwe ukuntu bitondekwa muri Bibiliya nka zose. Hatangura izina ry’igitabu hanyuma ikigabane hanyuma umurongo.

Barahaye agaciro Bibiliya​—Agace ka videwo (William Tyndale)

Igikorwa yakoze kirerekana ko yakunda Bibiliya. Ivyo yakoze turacavyungukirako.

Barahaye agaciro Bibiliya

William Tyndale na Michel Servet ni babiri gusa mu bantu benshi bihevye baremera no kuvugwa nabi kugira bakingire ukuri kwo muri Bibiliya, naho barwanijwe bagahakwa no kwicwa.

Sorry, there are no terms that match your selection.