Ibibazo bikunze kubazwa ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova

Ivyabona vya Yehova boba bamamaza inkuru nziza inzu ku nzu kugira bazorokoke?

Raba ivyo twemera ku bijanye n’ukurokoka be n’ukuntu dushobora kurokoka.

Ivyabona vya Yehova boba bamamaza inkuru nziza inzu ku nzu kugira bazorokoke?

Raba ivyo twemera ku bijanye n’ukurokoka be n’ukuntu dushobora kurokoka.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova aho basengera bahita “Ingoro y’Ubwami”?

Raba aho izina “Ingoro y’Ubwami” ryakomotse n’igituma turikoresha.

Ivyabona vya Yehova boba batanga ibigiracumi?

Ivyabona vya Yehova boba basabwa gutanga igitigiri kinaka c’amahera?

Ivyabona vya Yehova bemera iki?

Soma incamake y’ibintu 15 nyamukuru twemera.

Ivyabona vya Yehova boba bemera Yezu?

Raba igituma kwizera Yezu bihambaye rwose ku bakirisu b’ukuri.

Ivyabona vya Yehova boba bemera ko idini ryabo ari ryo dini ryonyene ry’ukuri?

Yezu yoba yavuze ko hari inzira nyinshi zijana ku bukiriro?

Ivyabona vya Yehova boba bemera ko ari bo bonyene bazorokoka?

Bibiliya irerekana abafise akaryo ko kurokoka abo ari bo.

Ivyabona vya Yehova boba bubahiriza ayandi madini?

Raba ukuntu abakirisu b’ukuri barangwa no kwubahiriza abandi.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova batemera guterwa amaraso?

Hari ivyiyumviro vyinshi bitari vyo abantu bafise ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova n’uguterwa amaraso. Raba ivyo twemera kuri ico kintu.

Ivyabona vya Yehova boba barwanya ivyo kwicandagisha?

Ingingo ngenderwako zibiri zo muri Bibiliya zodufasha gufata ingingo mu bijanye no kwicandagisha.

Ivyabona vya Yehova boba bemera siyansi?

Ivyo bemera vyoba bihuje n’ivyo abanyasiyansi batora?

Ivyabona vya Yehova boba bemera Isezerano rya kera?

Hoba hariho ibice vya Bibiliya vyataye igihe? Raba ukuntu abakirisu bashobora kwungukira ku nkuru z’ivyabaye zitugirira akamaro be n’impanuro ngirakamaro ziri mu Vyanditswe vy’igiheburayo.

Ni kubera iki Ivyabona vya Yehova bahinduye bimwebimwe mu vyo bemera?

Ntitwotangara habaye ibihinduka. Kenshi mu bihe vyo muri Bibiliya naho nyene, abasavyi b’Imana babwirijwe guhindura uko babona ibintu.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova badakoresha umusaraba mu gusenga?

Naho turi abakirisu, ntidukoresha umusaraba mu gusenga. Kubera iki?

Ivyabona vya Yehova boba baja hamwe n’ayandi madini kugira basengere hamwe?

Ni inyigisho zo muri Bibiliya izihe bisunga mu kwishura ico kibazo?

Ivyabona vya Yehova bakoresha gute intererano baronka?

Ivyabona boba bakoresha intererano mu gutungisha abantu?

Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?

Raba ingene duharura Ivyabona vya Yehova bari kw’isi yose.

Ni nde yashinze idini ry’Ivyabona vya Yehova?

Soma igituma Charles Taze Russell atashinze idini rishasha.

Amahera Ivyabona vya Yehova bakoresha ava he?

Ntidukoresha uburyo nk’ubwo ayandi madini akoresha.

Ivyabona vya Yehova boba batanga ibigiracumi?

Ivyabona vya Yehova boba basabwa gutanga igitigiri kinaka c’amahera?

Ivyabona vya Yehova boba bafise abakuru bahembwa?

Hoba hari abitwa ko ari abakuru n’abitwa ko ari abakirisu basanzwe? Ni bande ari abasuku bemewe?

Mu Vyabona vya Yehova hoba hari abagore bavuga ubutumwa?

Ni uruhara uruhe abagore barangura mu gikorwa co kuvuga ubutumwa kirangurwa n’Ivyabona vya Yehova?

Amashengero y’Ivyabona vya Yehova atunganijwe gute?

Raba ukuntu turonka ubuyobozi n’inyigisho biciye kuri iyo ntunganyo.

Inama Nyobozi y’Ivyabona vya Yehova ni iki?

Abayigize boba ari bo batwara ishirahamwe ry’Ivyabona vya Yehova?

Watch Tower Bible and Tract Society ni iki?

Rihuriye kuki n’ibikorwa bijanye n’idini ry’Ivyabona vya Yehova?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova batishura ku bintu vyose babavugako?

Igihe Ivyabona vya Yehova bariko baragirizwa ibinyoma canke biregura, bakurikiza impanuro Bibiliya itanga, bakagerageza kuraba nimba ari “igihe co kunuma” canke “igihe co kuvuga.”​—Umusiguzi 3:7.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bamamaza inzu ku nzu?

Raba ico Yezu yategetse abigishwa biwe bo mu ntango gukora.

Ivyabona vya Yehova boba bamamaza inkuru nziza inzu ku nzu kugira bazorokoke?

Raba ivyo twemera ku bijanye n’ukurokoka be n’ukuntu dushobora kurokoka.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bagendera abantu basanzwe bifitiye idini?

Ni igiki gituma tugendera abantu basanzwe bifitiye idini?

Ivyabona vya Yehova boba bahata abantu ngo bahindure idini?

Igikorwa c’Ivyabona vya Yehova co kuvuga ubutumwa ku mugaragaro coba gifise intumbero yo guhata abantu ngo bahindure idini? Boba bahata abandi ngo bahindure idini?

Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?

Mu vyigwa vya Bibiliya Ivyabona vya Yehova batanga ku buntu, urashobora gukoresha Bibiliya iyo ari yo yose. Urashobora gutumira umuryango wawe wose canke abagenzi bawe.

Ivyabona vya Yehova boba bakora igikorwa c’ubumisiyonari?

Ni bande bakora igikorwa c’ubumisiyonari, kandi kubera iki? Hari aboba bamenyerezwa bidasanzwe ku bw’ico gikorwa?

Mu Vyabona vya Yehova hoba hari abagore bavuga ubutumwa?

Ni uruhara uruhe abagore barangura mu gikorwa co kuvuga ubutumwa kirangurwa n’Ivyabona vya Yehova?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova aho basengera bahita “Ingoro y’Ubwami”?

Raba aho izina “Ingoro y’Ubwami” ryakomotse n’igituma turikoresha.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova badakoresha umusaraba mu gusenga?

Naho turi abakirisu, ntidukoresha umusaraba mu gusenga. Kubera iki?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bibuka urupfu rwa Yezu mu buryo butandukanye n’ayandi madini?

Rwitwa kandi ingaburo y’Umwami canke Icibutso c’urupfu rwa Yezu; Ivyabona vya Yehova babona ko ico ari ikiringo ceranda rwose. Raba ico Bibiliya ivuga ku bijanye n’iryo himbazwa.

Ivyabona vya Yehova boba baja hamwe n’ayandi madini kugira basengere hamwe?

Ni inyigisho zo muri Bibiliya izihe bisunga mu kwishura ico kibazo?

Ivyabona vya Yehova boba bafise Bibiliya yabo?

Gukoresha impinduro zitandukanye za Bibiliya birashobora gutuma wiyigisha Bibiliya mu buryo bwiza. Hari ibintu bitatu bidasanzwe bituma biba ibibereye ko mu vyo wiyigisha ushiramwo Bibiliya y’isi nshasha.

Bibiliya y’isi nshasha yoba itagiramwo amakosa?

Kubera iki Bibiliya y’isi nshasha itandukanye n’izindi Bibiliya nyinshi?

Ivyabona vya Yehova boba bemera Isezerano rya kera?

Hoba hariho ibice vya Bibiliya vyataye igihe? Raba ukuntu abakirisu bashobora kwungukira ku nkuru z’ivyabaye zitugirira akamaro be n’impanuro ngirakamaro ziri mu Vyanditswe vy’igiheburayo.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bataja muri politike?

Boba bageramira umutekano w’igihugu?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova birinda kugira uruhara mu misi mikuru y’igihugu?

Boba bagira aho bahengamiye mu vya politike canke mu kibano?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova batagira uruhara mu ntambara?

Ivyabona vya Yehova barazwi kw’isi yose ko batagira uruhara mu ntambara. Raba igituma bataja mu ntambara.

Ivyabona vya Yehova boba bafasha igihe hateye ivyago?

Raba ukuntu dufasha abo dusangiye ukwemera n’abandi igihe bashikiwe n’ivyago.

Ivyabona vya Yehova boba bemera kuvurwa?

Hari abiyumvira ko Ivyabona vya Yehova banka uburyo bwose bwo kuvurwa. Vyoba ari vyo?

Ivyabona vya Yehova boba barwanya ivyo kwicandagisha?

Ingingo ngenderwako zibiri zo muri Bibiliya zodufasha gufata ingingo mu bijanye no kwicandagisha.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova batemera guterwa amaraso?

Hari ivyiyumviro vyinshi bitari vyo abantu bafise ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova n’uguterwa amaraso. Raba ivyo twemera kuri ico kintu.

Ivyabona vya Yehova babona gute ibijanye no kwiga amashure?

Ni impanuro zo muri Bibiliya izihe Ivyabona vya Yehova bagumiza mu bwenge igihe bahitamwo amashure biga?

Ivyabona vya Yehova boba bahata abana babo ngo na bo babe Ivyabona?

Cokimwe n’abandi bavyeyi bose, Ivyabona vya Yehova bipfuriza ineza abana babo. Barabigisha ibintu babona ko bizobagirira akamaro.

Ivyabona vya Yehova boba basambura ingo canke barazikomeza?

Ivyabona vya Yehova akatari gake baragirizwa ko basambura ingo. Boba ari bo vy’ukuri bakwega ingorane mu rugo?

Ivyabona vya Yehova boba bashinga amategeko agenga ivy’ugukundana?

Gukundana bwoba ari uburyo bwo kwinezereza gusa canke bisigura ikindi kintu?

Ivyabona vya Yehova babona gute ivy’ukwahukana?

Ivyabona vya Yehova boba bafasha imibano ifise ingorane? Abakurambere b’ishengero boba bafatira umuntu ingingo yo kwahukana?

Hoba hari amavidewo, ibitabu canke indirimbo bibujijwe ku Vyabona vya Yehova?

Ni ingingo ngenderwako z’ishimikiro izihe umukirisu akwiye kwisunga igihe ahitamwo uburyo bwo kwisamaza?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza imisi mikuru imwimwe?

Raba ibibazo bitatu vyerekeye Ivyabona vya Yehova n’imisi mikuru.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza Noweli?

Abantu benshi barahimbaza Noweli naho bazi inkomoko yayo. Raba igituma Ivyabona vya Yehova batayihimbaza.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza Pasika?

Benshi babona ko Pasika ari umusi mukuru w’abakirisu. Kubera iki none Ivyabona vya Yehova batayihimbaza?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza imisi mikuru y’ivuka?

Raba ibintu nyamukuru bine vyerekana igituma imisi mikuru y’ivuka idahimbara Imana.

Ni ibiki biba ku bugeni bw’Ivyabona vya Yehova?

Uko ivy’umwe vyifashe biba bitandukanye n’ivy’uwundi, ariko hari ikintu kimwe nyamukuru bahurizako.

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bibuka urupfu rwa Yezu mu buryo butandukanye n’ayandi madini?

Rwitwa kandi ingaburo y’Umwami canke Icibutso c’urupfu rwa Yezu; Ivyabona vya Yehova babona ko ico ari ikiringo ceranda rwose. Raba ico Bibiliya ivuga ku bijanye n’iryo himbazwa.

Ivyabona vya Yehova bagira gute amaziko?

Ingingo Ivyabona bafata ku bijanye n’amaziko ziba zishingiye ku vyo bemera ku bijanye n’urupfu. None ni ibiki bisunga mu gufata izo ngingo?

Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu?

Raba ukuntu dutandukanye n’abandi bitwa abakirisu.

Ivyabona vya Yehova boba ari Abaporoti?

Hariho ibintu bibiri vyerekana ko Ivyabona vya Yehova batandukanye n’ayandi madini yitwa aya gikirisu atari Gatolika.

Ivyabona vya Yehova boba ari akadumbi k’idini ko muri Amerika?

Raba ibintu bine bijanye n’iryo shirahamwe mpuzamakungu.

Ivyabona vya Yehova boba ari Abasiyoniste?

Ivyo twemera tubishingira kuri Bibiliya, ino ikaba ata bwoko na bumwe, canke umugwi w’abantu, irutisha ubundi.

Ivyabona vya Yehova koba ari akadumbi k’idini?

Gereranya insobanuro zibiri abantu bakunze guha ijambo akadumbi n’ukuntu Ivyabona vya Yehova bameze koko.

Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?

Raba ingene duharura Ivyabona vya Yehova bari kw’isi yose.

Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?

Muri Matayo 28:19, 20 haravuga ibisabwa bitatu.

Noba mbwirizwa kuba Icabona ca Yehova kubera gusa banyigisha Bibiliya?

Ivyabona vya Yehova barigisha abantu Bibiliya ku buntu hirya no hino kw’isi. Ariko bakwigishije, woba ubwirizwa kuba Icabona ca Yehova?

Ivyabona vya Yehova boba baharira ivomo abahoze mw’idini ryabo?

Rimwe na rimwe guca umuntu mw’ishengero birakenerwa kandi birashobora gufasha uwo muntu kugaruka mw’ishengero.