Ja ku birimwo

Amakuru

 

Amakuru agezweho ya 1 avuye ku Nama Nyobozi (2024)

Nurabe ingene urukundo dukunda abo tubwira inkuru nziza rutuma tugira umwete mu gikorwa co kwamamaza.

2020-09-21

UBURUSIYA

Nta mvo yotuma dutinya uruhamo

Mw’ikoraniro rya buri mwaka ryo mu 2019, umuvukanyi Mark Sanderson wo mu Nama Nyobozi yaratanze insiguro ivuga iti: “Ni igiki dukwiye gutinya?” Iyo nsiguro yarimwo akavidewo k’ivyabonywe vy’abavukanyi na bashiki bacu bariko barashikirwa n’uruhamo mu Burusiya.

2024-03-15

AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 2 avuye ku Nama Nyobozi (2024)

Muri iyi videwo, turaza kubona ukuntu Umuvyeyi wacu mwiza Yehova agaragaza yuko «ashaka ko bose baronka akaryo ko kwigaya.» (2 Pet. 3:9) Turaza kandi kwumva ivyahindutse ku bijanye n’ukuntu twokwambara igihe turi mu bikorwa bijanye no gusenga.

2023-10-25

AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2023)

Nurabe ibijanye n’igitabu gishasha citwa Ivyanditswe bidufasha mu buzima hamwe n’icanditswe c’umwaka wa 2024.

2023-09-04

AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 6 avuye ku Nama Nyobozi (2023)

Muri aya makuru agezweho, umwe mu bagize Inama Nyobozi aragiranira ikiganiro kiremesha na Negede Teklemariam.

Ivyabona vya Yehova bapfunzwe bazira ukwemera kwabo: Ibihugu bapfungiwemwo

Ibihugu Ivyabona vya Yehova bapfungiwemwo bahorwa kubaho bisunga ukwemera kwabo be n’uburenganzira bafise, rimwe na rimwe bakaba bafatwa nabi cane aho bapfungiwe.