Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ukwiruhura

Ukwiruhura

IGIHIMBA CA 8

Ukwiruhura

Ni kangahe wiruhura mu kwinonora imitsi, kwumviriza umuziki, kuraba isenema canke televiziyo, canke gukina udukino two kuri orodinateri?

□ Gake kabaho

□ Rimwe ku musi

□ Kenshi ku musi

Wisunga iki canecane mu guhitamwo uburyo wiruhura?

□ Abagenzi

□ Umuvyeyi (abavyeyi)

□ Amahayanisha

Wewe n’abagenzi bawe murafise uburyo bwinshi bwo kwiruhura ababitangiye imbere batari bafise. Ariko umwanya ukubana muto. Vyongeye, ukwiruhura uhitamwo kurashobora kugira ico gukoze ku vyiyumviro vyawe no ku nyifato yawe. None wokoresha umwanya ungana iki uriko uriruhura? Bisubiye, womenya gute uburyo bwo kwiruhura wohitamwo? Ikigabane ca 30-33 bizogufasha gusuzuma neza uburyo wisamaza.

[Ifoto yuzuye urupapuro rwose, rup. 244, 245]