Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ukuntu wiyumva

Ukuntu wiyumva

IGIHIMBA CA 7

Ukuntu wiyumva

Muri aya mungane, ni irihe ridondora neza uko umeze?

□ Birangora kwigumya.

□ Nta co maze, nta kintu na kimwe nkora neza.

□ Nama nijiriwe, nta munezero nigera ngira.

□ Nguma niyumvira abo tudasangiye igitsina.

□ Birashika nkagomwa abo dusangiye igitsina.

Nimba hari aho washize akamenyetso muri ayo mungane, ntiwihebure! Ikigabane ca 26-29 bizogufasha kumenya ingene wocungera inyiyumvo zawe aho kureka ngo abe ari zo zikwiganzira.

[Ifoto yuzuye urupapuro rwose, rup. 216, 217]