Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu co Gusubira mu vyagezwe

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Bava ku musozi Horebu (1-8)

    • Hagenwa abakuru n’abacamanza (9-18)

    • Bagambararira Imana i Kadeshi-Baruneya (19-46)

      • Abisirayeli banka kwinjira mu gihugu (26-33)

      • Bananirwa gufata igihugu ca Kanani (41-46)

  • 2

    • Bamara imyaka 38 bayerera mu bugaragwa (1-23)

    • Batsinda Sihoni umwami wa Heshiboni (24-37)

  • 3

    • Batsinda Ogi umwami wa Bashani (1-7)

    • Bagabura akarere kari mu buseruko bwa Yorodani (8-20)

    • Musa abwira Yosuwa ngo ntagire ubwoba (21, 22)

    • Musa yankirwa kwinjira mu gihugu (23-29)

  • 4

    • Abisirayeli basabwa kugamburuka (1-14)

      • Ntimwibagire ivyo Imana yakoze (9)

    • Yehova ni Imana isaba gusengwa yonyene (15-31)

    • Nta yindi Mana iriho atari Yehova (32-40)

    • Ibisagara vy’ubuhungiro vyo mu buseruko bwa Yorodani (41-43)

    • Bahabwa amategeko (44-49)

  • 5

    • Isezerano rya Yehova i Horebu (1-5)

    • Musa abasubiriramwo ya mabwirizwa cumi (6-22)

    • Abantu bagira ubwoba ku musozi Sinayi (23-33)

  • 6

    • Nimukunde Yehova n’umutima wanyu wose (1-9)

      • «Umviriza ewe Isirayeli» (4)

      • Abavyeyi bategerezwa kwigisha abana babo (6, 7)

    • Ntimuze mwibagire Yehova (10-15)

    • Ntimuze mugerageze Yehova (16-19)

    • Muze mubibwire abana banyu (20-25)

  • 7

    • Amahanga indwi yategerezwa kurandurwa (1-6)

    • Igituma Imana yatoye Isirayeli (7-11)

    • Kugamburuka vyotumye baroranirwa (12-26)

  • 8

    • Musa asubiramwo imihezagiro ya Yehova (1-9)

      • «Umuntu ntabeshwaho n’umukate gusa» (3)

    • Ntimuze mwibagire Yehova (10-20)

  • 9

    • Igituma Imana yahaye Abisirayeli igihugu (1-6)

    • Abisirayeli bashavuza Yehova incuro zine (7-29)

      • Inyana y’inzahabu (7-14)

      • Musa atakambira Imana (15-21, 25-29)

      • Bongera gushavuza Yehova incuro zitatu (22)

  • 10

    • Musa akora ibindi bisate bibiri (1-11)

    • Ivyo Yehova asaba (12-22)

      • Tinya Yehova wongere umukunde (12)

  • 11

    • Mwariboneye ukuntu Yehova ahambaye (1-7)

    • Igihugu c’isezerano (8-12)

    • Imihezagiro iva ku kugamburuka (13-17)

    • Muze mushire ku mutima amajambo y’Imana (18-25)

    • «Umuhezagiro n’umuvumo» (26-32)

  • 12

    • Muze musengere ahantu Imana izoba yaratoye (1-14)

    • Muze murye inyama ariko ntimuze murye amaraso (15-28)

    • Ntimuzogwe mu mutego wo gusenga izindi mana (29-32)

  • 13

    • Ingene bakwiye gufata abosha abandi gukurikira izindi mana (1-18)

  • 14

    • Ivyo abagandaye badakwiye kugira (1, 2)

    • Ibifungurwa bihumanye n’ibidahumanye (3-21)

    • Ic’icumi gihabwa Yehova (22-29)

  • 15

    • Guheba ideni uko haciye imyaka indwi (1-6)

    • Gufasha abakene (7-11)

    • Kurekura abashumba uko haciye imyaka indwi (12-18)

      • Gutobora ugutwi umushumba (16, 17)

    • Gushira ku ruhande ibitungwa vyavutse ubwa mbere (19-23)

  • 16

    • Pasika; umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro (1-8)

    • Umusi mukuru w’amayinga (9-12)

    • Umusi mukuru w’insago (13-17)

    • Kugena abacamanza (18-20)

    • Ibintu bitemewe gukoreshwa mu gusenga (21, 22)

  • 17

    • Ibimazi bikwiye kuba bitagira akanenge (1)

    • Gutunganya ikibazo c’abosha abandi gukurikira izindi mana (2-7)

    • Imanza zigoye (8-13)

    • Amategeko agenga umwami azokwimikwa (14-20)

      • Umwami ategerezwa kwiyandikira ayo mategeko (18)

  • 18

    • Umugabane w’abaherezi n’Abalewi (1-8)

    • Imigenzo ijanye n’ubupfumu irabujijwe (9-14)

    • Umuhanuzi ameze nka Musa (15-19)

    • Ingene bazomenya abahanuzi b’ikinyoma (20-22)

  • 19

    • Kwagirwa n’amaraso hamwe n’ibisagara vy’ubuhungiro (1-13)

    • Kirazira kwimura uturimbi (14)

    • Ivyabona mu rubanza (15-21)

      • Hasabwa ivyabona bibiri canke bitatu (15)

  • 20

    • Amategeko y’intambara (1-20)

      • Abatari bemerewe kuja ku rugamba (5-9)

  • 21

    • Ubwicanyi bwakozwe n’abantu batazwi (1-9)

    • Kurongora abagore bagizwe imbohe (10-14)

    • Uburenganzira bw’imfura (15-17)

    • Umwana w’intumva (18-21)

    • Uwumanitswe ku giti aba ari ikivume (22, 23)

  • 22

    • Kwubaha ibitungwa vy’umubanyi (1-4)

    • Kwambara impuzu z’uwo mudasangiye igitsina (5)

    • Gufata neza ibitungwa (6, 7)

    • Agahome gatangira abantu ngo ntibagwe (8)

    • Ibintu bitemewe kuvangwa (9-11)

    • Ubushenza ku mpuzu (12)

    • Amategeko ahana ivyaha bifatiye ku gitsina (13-30)

  • 23

    • Abatemerewe kwinjira mw’ishengero ry’Imana (1-8)

    • Isuku mw’ikambi (9-14)

    • Abashumba batorotse (15, 16)

    • Ubumaraya burabujijwe (17, 18)

    • Inyungu hamwe n’indagano (19-23)

    • Ivyo abahita bemerewe kurya mu murima w’uwundi (24, 25)

  • 24

    • Kwubaka no kwahukana (1-5)

    • Kwubaha ubuzima (6-9)

    • Kwitaho abakene (10-18)

    • Amategeko ajanye no gutoragura ivyasigaye mu murima (19-22)

  • 25

    • Amategeko ajanye no gukubitwa inkoni (1-3)

    • Ntimuze muzibire umunwa w’ishuri iriko irakubita ibinyantete (4)

    • Gucura umugore asigwa na mwenewanyu (5-10)

    • Gufata umuntu ahatabereye igihe abantu bariko bararwana (11, 12)

    • Ingero n’amabuye y’umunzane bitabesha (13-16)

    • Abamaleki bategerezwa gutikizwa (17-19)

  • 26

    • Amashikanwa y’ivyeze ubwa mbere (1-11)

    • Ic’icumi kigira kabiri (12-15)

    • Isirayeli ni ihanga ridasanzwe rya Yehova (16-19)

  • 27

    • Bategerezwa kwandika amategeko ku mabuye (1-10)

    • Ku musozi Ebali no ku musozi Gerizimu (11-14)

    • Imivumo itangazwa (15-26)

  • 28

    • Imihezagiro iva ku kugamburuka (1-14)

    • Imivumo iva ku kugambarara (15-68)

  • 29

    • Isezerano Imana yagiraniye n’Abisirayeli i Mowabu (1-13)

    • Baburirwa ku bijanye no kugambarara (14-29)

      • Ibintu bihishijwe hamwe n’ivyahishuwe (29)

  • 30

    • Kugaruka kuri Yehova (1-10)

    • Amabwirizwa ya Yehova si amananiza (11-14)

    • Guhitamwo ubuzima canke urupfu (15-20)

  • 31

    • Musa ari mu gupfa (1-8)

    • Gusomera amategeko Abisirayeli ku mugaragaro (9-13)

    • Yosuwa agenwa (14, 15)

    • Abisirayeli babwirwa ko bazohava bagarariza (16-30)

      • Ururirimbo rwo kwigisha Abisirayeli (19, 22, 30)

  • 32

    • Ururirimbo rwa Musa (1-47)

      • Yehova ni Igitandara (4)

      • Abisirayeli bibagira Igitandara cabo (18)

      • «Uguhōra ni ukwanje» (35)

      • «Nezerwa mwa mahanga hamwe n’abantu biwe» (43)

    • Musa azopfira ku musozi Nebo (48-52)

  • 33

    • Musa ahezagira imiryango y’Abisirayeli (1-29)

      • «Amaboko yamaho» ya Yehova (27)

  • 34

    • Yehova yereka Musa igihugu c’isezerano (1-4)

    • Musa apfa (5-12)