Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

A7-B

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Intango y’igikorwa ca Yezu

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

Mu 29, mu gatasi

Uruzi Yorodani, kumbure i Betaniya canke hafi yaho

Yezu abatizwa akarobanurwa; Yehova avuga ko ari Umwana wiwe be n’uko amushima

3:13-17

1:9-11

3:21-38

 

Ubugaragwa, Yudaya

Ageragezwa na Shetani

4:1-11

1:12, 13

4:1-13

 

Betaniya hakurya ya Yorodani

Yohani Umubatizi avuga ko Yezu ari Umwagazi w’intama w’Imana; abigishwa ba mbere ba Yezu

     

1:15, 19-51

I Kana muri Galilaya; Kaperinawumu

Igitangaro ca mbere, amazi aba umuvinyu; aja i Kaperinawumu

     

2:1-12

Mu 30, Pasika

Yeruzalemu

Ahumanura urusengero

     

2:13-25

Aganira na Nikodemu

     

3:1-21

Yudaya; Ayinoni

Aja mu bigwati vy’i Yudaya, abigishwa biwe babatiza; Yohani ashingira Yezu intahe ubwa nyuma

     

3:22-36

Tiberiya; Yudaya

Yohani apfungwa; Yezu aja i Galilaya

4:12; 14:3-5

6:17-20

3:19, 20

4:1-3

Sikara, i Samariya

Ariko aja i Galilaya, arigisha Abasamariya

     

4:4-43

Ubugaragwa bw’i Yudaya