6-12 Ntwarante
1 NGOMA 23-26
Ururirimbo rwa 123 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ivyo ku rusengero vyaratunganijwe neza”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 25:7, 8—Iyi mirongo yerekana iki ku bijanye n’akamaro ko kuririmba indirimbo zishemeza Yehova? (w22.03 22 ing. 10)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 23:21-32 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo y’ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Isekeza ryo gutanga ubutumire bw’Icibutso. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro bijanye. Umunyamuhana ashimishijwe, nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Niwibuke urupfu rwa Yezu mwongere muyiganireko. (th icigwa ca 11)
Insiguro: (Imin. 5) w11 1/6 14-15—Umutwe: Kubera iki abakirisu batunganijwe neza? (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ingene twofasha ahateye ibiza n’isibe”: (Imin. 10) Guhana ijambo be n’ividewo.
Isekeza ry’Icibutso rizotangura ku wa gatandatu itariki 11 Ntwarante: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nuvuge muri make ibiri ku butumire. Nuvuge uko mwatunganije ibintu ng’aho iwanyu ku bijanye n’insiguro idasanzwe be n’Icibutso, hamwe n’ukuntu muzohetura icibare.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 39 n’akajambo ko ku mpera ka 3
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho