Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO (11 Ntwarante–4 Ndamukiza)

“Turahimbawe no kugutumira ku musi uhambaye uzohimbazwa n’abantu amamiliyoni. Ni umusi wo kwibuka urupfu rwa Yezu.” Muhe agapapuro k’ubutumire canke ubumurungikire mu buhinga bwa none. “Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza bizoberako hano iwacu. Turagutumiye no ku nsiguro idasanzwe izotangwa mu mpera y’indwi y’imbere y’aho.”

Nimba yashimishijwe: Mwereke [canke umurungikire] ividewo ivuga ngo Niwibuke urupfu rwa Yezu.

Ubukurikira: Ni kubera iki Yezu yapfuye?

MUGIHURA (1-10 Ntwarante, 5-30 Ndamukiza)

Ikibazo: Yezu yari nde?

Icanditswe: Mt 16:16

Ubukurikira: Ni kubera iki Yezu yapfuye?

USUBIYEYO

Ikibazo: Ni kubera iki Yezu yapfuye?

Icanditswe:Mt 20:28

Ubukurikira: Twokwerekana gute ko dukenguruka incungu Yezu yatanze?