UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ruheshi 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 12 Myandagaro–8 Nyakanga 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 23

Yehova aradutumira ngo tube abashitsi biwe

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 12-18 Myandagaro 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 24

Nube umushitsi wa Yehova ibihe bidahera

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 19-25 Myandagaro 2024.

INKURU Y’UBUZIMA

Yehova yarumvirije amasengesho yanje

Ni igiki catumye kuva Marcel Gillet akiri muto ajijuka ko Yehova ‘yumva amasengesho’?

Ibibazo vy’abasomyi

Kubera iki hari abavuga ko ibivugwa muri Zaburi 12:​7 vyerekeza ku «majambo ya Yehova» (umurongo wa 6) ariko Bibiliya y’isi nshasha yoyo ikaba ivyerekeza ku «bagorwa» (umurongo wa 5)?

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 25

Niwibuke ko Yehova ari «Imana nzima»

Kizokwigwa ku ndwi yo ku wa 26 Myandagaro–1 Nyakanga 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 26

Nugire Yehova igitandara cawe

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 2-8 Nyakanga 2024.