Ja ku birimwo

“Iki ni co canzanye mw’isi”

Irabire ubuhanga bwo kwigisha budasanzwe Yezu yakoresha mu gushingira intahe ukuri abigiranye umutima rugabo.

Bishingiye kuri Matayo 21:​23-46; 22:​15-46.

 

Raba kandi

YEZU NI INZIRA, UKURI N’UBUZIMA

Yezu ahindura ubusa imigambi yo kumutega

Abanza kunumya Abafarizayo, hanyuma Abasadukayo, agasozerera ku runani rw’abamurwanya.

YEZU NI INZIRA, UKURI N’UBUZIMA

Ashira ku mugaragaro abamurwanya

Ni kubera iki Yezu atihanganira ayandi madini?

YEZU NI INZIRA, UKURI N’UBUZIMA

Uturorero tubiri tujanye n’umurima w’imizabibu

Raba insobanuro y’umugani w’umugabo yasavye abahungu biwe kuja gukora mu murima wiwe w’imizabibu hamwe n’insobanuro y’umugani w’umugabo yakotesheje umurima wiwe w’imizabibu ku barimyi babi.

AMAVIDEWO

‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’ (Igice ca 1)

Ni igiki kikwemeza ko Imana yagize Yezu Umukama na Kristu?

AMAVIDEWO

‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’ (Igice ca 2)

Raba icogufasha kurushiriza kwizera Yezu.