Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Sloveniya

  • Mu mubande wa Trenta muri Sloveniya: Ivyabona bariko barashikiriza agatabu

  • Mu gisagara ca Ptuj muri Sloveniya: Ivyabona vya Yehova bariko baratumira umuntu ku makoraniro abera ku Ngoro y’Ubwami yo muri ako karere

Sloveniya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 2.117.000
  • Abigisha Bibiliya: 1.726
  • Amashengero y’Ivyabona: 27
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.232