Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

URURIRIMBO RWA 98

Ivyanditswe vyahumetswe n’Imana

Ivyanditswe vyahumetswe n’Imana

(2 Timoteyo 3:16, 17)

  1. 1. Bibiliy’iramurika;

    Ntituzimagirika.

    Tuyisunze tudakevya

    Izoduha kwidegemvya.

  2. 2. Yahumetswe na Yehova

    Ngw’atubwir’ivy’asaba,

    Dusomye iratwumvisha

    Ubuhinga bwo kwigisha.

  3. 3. Muri yo haratubwira

    Kw’Iman’itwikundira.

    Buri musi tuyisomye

    Ni ho tutoba duhomvye.

(Raba kandi Zab. 119:105; Imig. 4:13.)