UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ndamukiza 2022

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 6 Ruheshi–3 Mukakaro 2022.

Ibibazo vy’abasomyi

Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kurahira?

Ibibazo vy’abasomyi

Igihe umukirisu yahukanye n’umugore wiwe bitavuye ku mvo ishingiye ku Vyanditswe hanyuma akarongora uwundi, ishengero rikwiye kubona gute umubano wa mbere be n’uwo wundi mushasha?