Nukurikirane imigambi itera iteka Imana
Timoteyo yakuriye mu rugo rugizwe n’abadasangiye idini. Yabwirizwa guhitamwo hagati yo gukurikirana amaronko n’amashure ahanitse no gukorera Yehova ata kwiziganya. None yahisemwo iki?