Imana yoba ari yo ituma haba ivyago vy’ivyaduka? VUZA Imana yoba ari yo ituma haba ivyago vy’ivyaduka? Abantu benshi bibaza ko Imana ari yo ituma haba ivyago vy’ivyaduka. Bibiliya ibivugako iki? Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Amavidewo ashingiye kuri Bibiliya: Inyigisho z’ishimikiro Raba kandi INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ivyago vy’ivyaduka? Vyoba ari ikimenyetso c’imisi y’iherezo? Imana yoba ifasha abatewe n’ivyago vy’ivyaduka? INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Kubera iki Imana ireka tugashikirwa n’ingorane? Abantu benshi baribaza igituma isi yuzuyemwo urwanko n’ingorane. Bibiliya iratanga inyishu itomoye kandi ihumuriza. IBINDI BIGANIRO Bibiliya yoba yogufasha guhangana n’ihinduka rikomeye ry’ikirere? Impanuro Bibiliya itanga zirashobora kugufasha imbere y’uko ivyago bitangura, igihe biriko biraba n’inyuma y’aho. UMUNARA W’INDERETSI Ubwami bw’Imana buzokora ibiki? Yezu yari azi ko Ubwami bw’Imana ari yo ntwaro yonyene ishobora gutorera umuti ingorane ziri kw’isi. Ni ibiki ubwo Bwami bumaze gukora bituma tugira icizigiro? UMUNARA W’INDERETSI Imana igiye gukuraho imibabaro yose Tuzi gute ko Imana igiye gukuraho imibabaro yose be n’akarenganyo kose? INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA Nugerageze kwiga Bibiliya natwe Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha. Capura Rungika Rungika Imana yoba ari yo ituma haba ivyago vy’ivyaduka? INYIGISHO Z’ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Imana yoba ari yo ituma haba ivyago vy’ivyaduka? Ikirundi Imana yoba ari yo ituma haba ivyago vy’ivyaduka? https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1102020421/univ/art/1102020421_univ_sqr_xl.jpg ebtv