Ja ku birimwo

Dawidi yarizigira Imana

Dawidi yarizigira Imana. N’igihe yari ahanganye n’ingorane zasa n’izimurengeye, ntiyigeze areka gukorera Imana y’ukuri. Raba ingene Yehova yahezagiye Dawidi kubera ukudahemuka kwiwe be n’ingene dushobora guhezagirwa hamwe twokwigana Dawidi.

Raba kandi

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

Dawidi ntiyagize ubwoba

Kubera iki Dawidi yizigira ko ashobora kunesha Goliyati? Kubera iki udakwiye gutinya gukora ivyiza?

UDUKORWA TUJANYE N’AMASHUSHO

Dawidi yaje yitwaje izina ry’Imana

Niwigishe umwana wawe ico izina ry’Imana risobanura.

UDUKORWA TUJANYE N’AMASHUSHO

Naho Dawidi yari afise ibirwanisho bike, ntiyagize ubwoba

Nuhuze udukarata tujanye.