Macao: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 679.000
- Abigisha Bibiliya: 379
- Amashengero y’Ivyabona: 6
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.850
Muri Macao: Ivyabona bariko barashikiriza ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi hafi y’ibisigarira vy’urusengero rwa Paulo Mweranda