Israyeli: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 9.888.000
- Abigisha Bibiliya: 2.129
- Amashengero y’Ivyabona: 32
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 4.731
I Tel Aviv muri Israyeli: Ivyabona bariko baramamaza mu kirusiya ku nkengera y’ikiyaga