Ja ku birimwo

BIBILIYA YIGISHA IKI?

Ubwami bw’Imana ni iki? (Igice ca 1)

Aya mayagwa ashingiye ku kigabane ca 8 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Raba imvo zituma abatware b’Ubwami bw’Imana baba ababereye koko iryo banga.