Ja ku birimwo

Rwanda

2016-08-31

Rwanda

Urwanda rurwanya ikumirwa rishingiye ku madini mu mashure

Ivyo Leta yakoze kugira ikingire umwidegemvyo w’abanyeshure wo gusenga kari agakuru keza ku banyeshure b’Ivyabona.

2015-07-03

Rwanda

Sentare yo mu Rwanda yiyamiriza ugukumirwa gushingiye kw’idini

Iyindi sentare y’i Karongi yarashigikiye uburenganzira bwo gusenga bw’abanyeshure b’ivyabona umunani. Iyo ngingo yoba izotuma ugukumirwa gushingiye kw’idini mu Rwanda guhera?